Amakuru y'u Rwanda

Amakuru y'u Rwanda

Link to Amakuru y'u Rwanda

ROSE KABUYE MU KIRUHUKO I KIGALI

Posted: 15 Feb 2009 08:27 AM CST

Rose Kabuye back in Kigali

KICUKIRO - The Director of State Protocol, Rose Kabuye, yesterday arrived from France for a one Month break before she returns to Paris to continue with Court hearings.

[more]
Rose Kabuye with her children at Kigali International Airport soon after arriving from France yesterday. (Photo/G.Barya)

Abarwanyi ba FDLR bamaze kwirundaniriza Shabunda

Posted: 15 Feb 2009 08:26 AM CST

Abarwanyi ba FDLR
Abarwanyi ba FDLR
Abarwanyi bamaze imnsi itandatu baza Shabunda, baturuka Rutchuru na Masisi, ahariko habera intambara hagati yabo n' ingabo zifatanije z' Urwanda na Congo.

Uwuhagarariye CADDHOM muri Shabunda, ikigo giharanira agateka ka zina muntu, Bruno Kitulu, avuga kw' abo barwanyi bagenda ibirometero vyinshi mu gushika mu gace ka Nyambembe aho bashinze icicaro.

Abo barwanyi bazanana n' imiryango yabo, bagereranywa mu bihumbi 10 na 15.

Icicaro cabo gikuru kir' ahitwa Makutano, aho bashinze ama kambi ku km 136 mu buraruko bw' umuji wa Shabunda.

Ariko umukuru wa Territoire ya Shabunda Luois Boboto, avuga kw' ata ba FDLR bari ngaho muri Shabunda boba baravuye kuri kivu ya ruguru.

yememeza kw' abahari babarizwa mu mashamba iyo bamye kuva haraheze ahfi imyaka 15.

Ariko kandi abanyagihugu begereye Nyabembe bivurwa ko bamaze gutekerwa n' ubwoba kuber' abo barwanyi.

Ndetse abanyagihugu bamwe batanguye guhungisha mu mpisho abana n' abakenyezi babo ku gutinya intamabra zishobora kuhaza zikwirikira abo ba FDLR nk' uko uhagarariye CADDHOM muri Shabunda abivuga

No comments:

Reba Video
Related Posts Plugin for WordPress, Blogger...