Source-BBC Gahuzamiryango
| |
| | Sentare mu Bubirigi yanse ibirego vy'aba generale b'abanyarwanda |
Mu Bubiligi, sentare iburanisha imanza zisanzwe yashikirije ingingo z'urubanza rwari rwashingishijwe n'abageneral babiri b'abanyarwanda General Charles Kayonga na Jack Nziza bari batanze ibirego bisaba kwima agaciro impapuro zatanzwe n' umucamanza w'umufaransa. Uwo mucamanza, Jean Louis Bruguiere, yasohoye impusha zo gufata zabarondeza, bo n' abandi banyarwanda indwi bari hejuru mu butegetsi mu Rwanda. Izo mpapuro zasaba ko abo bategetsi bafatwa, bagirizwa ubwicanyi bwakorewe mu Rwanda no muri Kongo mu myaka ya za 90. | | Generale Charles Kayonga |
Abo bagenerale basaba ko izo mpapuro zibafata zikurwako mu Bubirigi kuko ngo akazi kabo kabasaba kuza muri ico gihugu kenshi. Bitwariye Juge Bruguiere hamwe na leta y'u Bufaransa, bavuga ko babarengeye akarimbi mu gusohora izo mpusha batabahaye akaryo ngo biregure ku vyo bagirizwa. Bitwariye kandi leta y'u Bubiriye kubera yuko ngo yashize mu ngiro iyubahirizwa ry'izo mpusha itabanje gutohoza ukwayo. | | General Jack Nziza |
Sentare rero yanse ibirego vy'abo bagenerale vyose, ku mvo z'uko ngo leta imwe idashobora kuburanya iyindi leta, kandi ngo umucamanza ntashobora gukurikiranwa kubera amatohoza yagize ajanye n'akazi kiwe. Uko bimeze ubu rero, General Charles Kayonga na General Jack Nziza ntibashobora guhonyoza ikirenge i Buraya kuko boca bafatwa. Urukiko ruburanisha imanza mbonezamubano rw'i Buruseli, rwaciye urubanza rw'aba generali Karoli Kayonga na Jacques Nziza bari barezemo leta y'uBufaransa, umucamanza Jean Louis Bruguiere ndetse na leta y'u Bubiligi. basabaga ko leta y'u bubiligi yahagarika kubahiriza inyandiko mpuzamahanga zo kubafata zatanzwe n'umucamanza w'umufaransa Jean Louis Bruguiere ubashinja uruhare mu ihanurwa ry'indege y'uwahoze ari perezida w'u Rwanda Juvenal Habyarimana. Nyuma rero y'ukwezi ruburanywe, urukiko rwatanze umwanzuro ko aba ba generali batsinzwe, ko leta y'u Bubiligi, iy'uBufaransa n'umucamanza Bruguiere batsinze. rwemeje na none ko nta bushobozi rufite bwo gukuraho inyandiko mpuzamahanga zo gufatisha generalaroli kayonga na mugenzi we Jacques Nziza. Ingingo bafatiyeho, ngo ni uko amategeko mpuzamahanga atemerera leta iyo ari yo yose kuburanya indi kuko ngo leta zoze zingana imbere y'amategeko. Ngo kubera iyo mpamvu, urukiko rwa leta y'u Bubiligi rukaba rudashobora kuburanya leta y'u bufaransa. Ikindi ngo ni uko umucamanza agira ubudahangarwa mu gihe yaregwa ibirebana n'akazi ke. Ngo ibikorwa umucamanza akoze mu kazi ke nta wabimuregera, keretse hagaragayemo ibikorwa by'amariganya na ruswa. Ibyo bikaba bivuze ko nta wacira umucamanza Bruguiere urubanza amurega icyaha cyo kuba yaratanze inyandiko mpuzamahanga zo gufata abasirikare icyenda b'abanyarwanda. Abo basirikare uko ari icyenda, baregwa uruhare mu iraswa ry'indege ya perezida Habyarimana, indege yanaguyemo abafaransa batatu babaye imbarutso y'iki kirego. Ku birebana na leta y'u Bubiligi, urukiko ngo rusanga u Bubiligi uretse no kugira uburenganzira bufite n'inshingano yo gushyira mu bikorwa inyandiko mpuzamahanga zo gufata aba basirikre icyenda baregwa guhanura indege ya Habyarimana. Ngo icyo busabwa gusa ni ukureba niba izo nyandiko zaratanzwe n'umucamanza wemewe kandi w'igihugu cyubahiriza amategekao n'amahame mpuzamahanga. Muri uru rubanza, leta y'u Rwanda yari ku rutonde rw'ababuranira indishyi, ikavuga ko zizabarurwa nyuma y'urubanza. Urukiko rwavuze ko n'ubwo ari uburenganzira bw'u Rwanda kuregera indishyi, kuba urukiko rudafite ububasha bwo guhagarika ziriya nyandiko mpuzamahanga bituma n'iki kirego nta ngo shingiro gifite imbere yarwo. Maitre Malleory De Vogel uri mu baburanira aba basirikari ntiyatubwiye niba bazajurira, ngo barabanza basesengure imikirize y'urubanza yose babone gufata umwanzuro Mu Baronderwa n'impusha zasohowe na bwana Bruguiere, Rose Kabuye wenye, uwari ajejwe gutunganya ingendo za Prezida Paul Kagame, niwe amaze gufatwa. |
No comments:
Post a Comment